ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro: ibirimwo

      • Imana igiranira isezerano na Aburamu (1-21)

        • Imana imenyesha imyaka 400 y’agatotezo (13)

        • Imana isubiriramwo Aburamu umuhango yamuhaye (18-21)

Itanguriro 15:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:1; Yes 41:10; Rm 8:31; Heb 13:6
  • +Gus 33:29; Img 30:5
  • +It 17:5, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2010, rup. 8

Itanguriro 15:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:2, 3

Itanguriro 15:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umuhungu wo mu rugo rwanje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; Ivk 7:5

Itanguriro 15:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:15, 16; 21:12

Itanguriro 15:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:17; Gus 1:10; Rm 4:18; Heb 11:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 27-28

    1/2/1998, rup. 9

Itanguriro 15:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abimuharurako nk’ubugororotsi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:8
  • +Rm 4:13, 22; Gl 3:6; Yak 2:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 21

    15/1/2004, rup. 27-28

    1/2/1998, rup. 9

Itanguriro 15:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:31; Neh 9:7

Itanguriro 15:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku buryo kimwekimwe gihura na kigenzi caco.»

Itanguriro 15:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uruvyaro rwawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:9; Kv 1:13, 14; 3:7; Ivk 7:6, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 14-15

    Be maso!,

    7/2012, rup. 17-18

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 27

    1/10/1998, rup. 8-10

Itanguriro 15:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:4; Gh 33:4
  • +Kv 3:22; Zb 105:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1998, rup. 8-10

Itanguriro 15:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:8

Itanguriro 15:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

  • *

    Canke «kuko ikosa ry’Abamori ritaruzura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 14:1; Ivk 7:7
  • +1Bm 21:26; 2Bm 21:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 62-63

    Be maso!,

    7/2012, rup. 17-18

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2010, rup. 14

    15/1/2004, rup. 28

    1/4/1997, rup. 28-29

Itanguriro 15:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:19; 22:17
  • +Kv 3:8
  • +1Bm 4:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2010, rup. 13

    1/10/2005, rup. 11

Itanguriro 15:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 15:6

Itanguriro 15:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 1:4
  • +Kv 3:17
  • +Yos 17:15

Itanguriro 15:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 15:1Zb 27:1; Yes 41:10; Rm 8:31; Heb 13:6
Ita. 15:1Gus 33:29; Img 30:5
Ita. 15:1It 17:5, 6
Ita. 15:2It 24:2, 3
Ita. 15:3It 12:7; Ivk 7:5
Ita. 15:4It 17:15, 16; 21:12
Ita. 15:5It 22:17; Gus 1:10; Rm 4:18; Heb 11:12
Ita. 15:6Heb 11:8
Ita. 15:6Rm 4:13, 22; Gl 3:6; Yak 2:23
Ita. 15:7It 11:31; Neh 9:7
Ita. 15:13It 21:9; Kv 1:13, 14; 3:7; Ivk 7:6, 7
Ita. 15:14Kv 7:4; Gh 33:4
Ita. 15:14Kv 3:22; Zb 105:37
Ita. 15:15It 25:8
Ita. 15:16Yos 14:1; Ivk 7:7
Ita. 15:161Bm 21:26; 2Bm 21:11
Ita. 15:18It 17:19; 22:17
Ita. 15:18Kv 3:8
Ita. 15:181Bm 4:21
Ita. 15:191Sm 15:6
Ita. 15:20Yos 1:4
Ita. 15:20Kv 3:17
Ita. 15:20Yos 17:15
Ita. 15:21Gus 7:1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Itanguriro 15:1-21

Itanguriro

15 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Aburamu mw’iyerekwa ati: «Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo yawe+. Impembo yawe izoba nini cane+.» 2 Aburamu amwishura ati: «Mukama Segaba Yehova, uzompa iki ko gushika n’ubu ata kana ndaronka, kandi uwuzotorana ivyo mu rugo rwanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?» 3 Yongerako ati: «Raba nta ruvyaro*+ wampaye, kandi umukozi* wo mu rugo rwanje ni we azotorana ivyanje.» 4 Ariko Yehova amwishura ati: «Uyo si we azotorana ivyawe. Umuhungu wawe bwite ni we azobitorana+.»

5 Imana ica imusohora hanze imubwira iti: «Ndagusavye urabe mu kirere, uharure inyenyeri nimba wobishobora.» Yongerako iti: «Ukwo ni ko uruvyaro* rwawe ruzongana+.» 6 Nuko Aburamu yizera Yehova+, na we aca abona ko ari umugororotsi*+. 7 Imana imubwira kandi iti: «Ndi Yehova, uwagukuye mu gisagara ca Uri c’Abakaludaya kugira ndaguhe iki gihugu ngo kibe rwawe+.» 8 Aburamu yishura ati: «Mukama Segaba Yehova, nokwemezwa n’iki ko kizoba rwanje?» 9 Imana ica imubwira iti: «Tora inka y’ishashi y’imyaka itatu, impene ivyara y’imyaka itatu, impfizi y’intama y’imyaka itatu, intunguru hamwe n’inuma ikiri nto.» 10 Aburamu aca atora ivyo bintu vyose, abikatamwo kubirikubiri araheza apanga ibihimba vyavyo kimwe kirabana n’ikindi*, ariko inyoni ntiyazikata. 11 Ibisiga biguma bimanuka kurya iyo mivyimba, mugabo akaguma avyirukana.

12 Izuba rigira rirenge, Aburamu afatwa n’itiro ryinshi maze umwijima uteye ubwoba uramuhwikira. 13 Imana ica imubwira iti: «Umenye neza ko abagukomokako* bazoba abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi abantu bo muri ico gihugu bazobagira abaja bongere babatoteze imyaka 400+. 14 Mugabo nzocira urubanza iryo hanga rizobagira abaja+, kandi inyuma y’aho bazovayo bafise ibintu vyinshi+. 15 Nayo wewe, uzohamvya ba sokuruza bawe amahoro, uzohambwa wisaziye neza+. 16 Ariko bazogaruka hano+ mu gihe c’urunganwe* rugira kane, kuko igihe co guhana Abamori kitaragera*+.»

17 Izuba rimaze kurenga, bumaze kwira cane, aza abona ifuru ifumba umwotsi, maze igishirira kirurumba gica hagati ya vya bihimba. 18 Kuri uwo musi Yehova agirana isezerano na Aburamu+, avuga ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini ari rwo Efurate+. 19 Nzobaha akarere k’Abakeni+, ak’Abakenizi, Abakadimoni, 20 Abaheti+, Abaperizi+, Abarefayimu+, 21 Abamori, Abanyakanani, Abagirugashi n’Abayebusi+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika