Zaburi
95 Nimuze tuvugirize impundu Yehova!
Nimuze twigine intsinzi y’Igitandara c’ubukiriro bwacu+.
Uyu musi nimwumviriza ijwi ryayo+,
8 ntimukomantaze imitima nka kumwe kw’i Meriba*+,
nka wa musi w’i Masa* mu bugaragwa+,
9 igihe ba sogokuruza banyu bangerageza+.
Baransomborokeje naho bari barabonye ibikorwa vyanje+.
10 Urwo runganwe* rwamaze imyaka 40 runshisha, maze mvuga nti:
«Imitima y’aba bantu iguma izimira.
Ntibigeze bamenya inzira zanje.»
11 Naciye ndahira n’ishavu n’akantu nti:
«Ntibazokwinjira mu karuhuko kanje+.»