ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 65
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Urubanza Yehova yaciriye abasenga ibigirwamana (1-16)

        • Imana y’umugisha n’imana igena ibishikira umuntu (11)

        • «Abasavyi banje bazorya» (13)

      • Ijuru rishasha n’isi nshasha (17-25)

        • Bazokwubaka amazu, batere imizabibu (21)

        • Nta wuzoruhira ubusa (23)

Yesaya 65:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:6, 7
  • +Rm 10:20, 21

Yesaya 65:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:27; Neh 9:29; Zk 7:11
  • +Yes 59:7, 8; Yr 35:15
  • +Yr 5:23

Yesaya 65:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:16, 17; Yr 32:29
  • +Yes 1:29; 66:17

Yesaya 65:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «mu tururi tw’inderetsi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 19:16
  • +Lw 11:7, 8; Yes 66:17
  • +Gus 14:3

Yesaya 65:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «simpave ndakwandukiza ubweranda.»

Yesaya 65:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «impera mu gikiriza cabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:3, 21; Yr 16:18; Ezk 11:21

Yesaya 65:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «impembo mu gikiriza cabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:4, 5; Lw 26:39
  • +1Bm 22:41, 43; 2Bm 12:3

Yesaya 65:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu musoko w’inzabibu.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umuhezagiro.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:11; Am 9:8

Yesaya 65:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:21; Ezk 37:21; Ob 17
  • +Yes 61:7; Zf 3:20

Yesaya 65:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 33:9
  • +Yos 7:24; Hs 2:15

Yesaya 65:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:4
  • +2Ng 28:24; 34:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 27-28

Yesaya 65:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:25; Ezk 6:13
  • +Ezk 9:6
  • +2Ng 36:15, 16
  • +Yes 66:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 27-28

Yesaya 65:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:19, 25; Am 8:11
  • +Yes 49:10
  • +Yes 66:14
  • +Yes 66:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 234-235

Yesaya 65:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «biwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 62:2; Yr 33:16

Yesaya 65:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «y’ukwizigirwa.» Mu giheburayo havuga ngo «Amen.»

  • *

    Canke «y’ukwizigirwa.» Mu giheburayo havuga ngo «Amen.»

  • *

    Canke «ivyago.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:13
  • +Yes 12:1; Yr 31:12; Zf 3:14, 15

Yesaya 65:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ndiko ndarema.»

  • *

    Canke «ntibizogaruka mu bwenge.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:2; Yes 51:16; 66:22; 2Pt 3:13
  • +Ivh 21:1, 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 26

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    2/2017, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2012, rup. 19

    1/10/2008, rup. 8-9

    1/5/2000, rup. 9-11, 14

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 111, 301

Yesaya 65:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ndiko ndarema.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ndiko ndarema.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 9-10

Yesaya 65:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 62:4; Yr 32:41
  • +Yes 25:8; Yr 31:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 9-10

Yesaya 65:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «uwutazoshikana imyaka 100 azobonwa ko yavumwe.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 16

Yesaya 65:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:4
  • +Yes 62:8; Am 9:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232, 236-237

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2012, rup. 9

    1/5/2000, rup. 16-17

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303

Yesaya 65:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:12-14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2018, rup. 5

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232, 236-237

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 16

    1/5/2000, rup. 16-17

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303

Yesaya 65:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:3-5; Gus 28:4
  • +Yes 61:9; 66:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 17

Yesaya 65:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 17

Yesaya 65:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:9; Hs 2:18
  • +Yes 2:3, 4; 11:6-9; Mik 4:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2012, rup. 9-10

    1/5/2000, rup. 17-18

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 65:1Yes 55:6, 7
Yes. 65:1Rm 10:20, 21
Yes. 65:2Gus 31:27; Neh 9:29; Zk 7:11
Yes. 65:2Yes 59:7, 8; Yr 35:15
Yes. 65:2Yr 5:23
Yes. 65:32Bm 17:16, 17; Yr 32:29
Yes. 65:3Yes 1:29; 66:17
Yes. 65:4Gh 19:16
Yes. 65:4Lw 11:7, 8; Yes 66:17
Yes. 65:4Gus 14:3
Yes. 65:6Zb 50:3, 21; Yr 16:18; Ezk 11:21
Yes. 65:7Kv 20:4, 5; Lw 26:39
Yes. 65:71Bm 22:41, 43; 2Bm 12:3
Yes. 65:8Yr 30:11; Am 9:8
Yes. 65:9Yes 60:21; Ezk 37:21; Ob 17
Yes. 65:9Yes 61:7; Zf 3:20
Yes. 65:10Yes 33:9
Yes. 65:10Yos 7:24; Hs 2:15
Yes. 65:11Yes 1:4
Yes. 65:112Ng 28:24; 34:25
Yes. 65:12Lw 26:25; Ezk 6:13
Yes. 65:12Ezk 9:6
Yes. 65:122Ng 36:15, 16
Yes. 65:12Yes 66:3
Yes. 65:13Zb 37:19, 25; Am 8:11
Yes. 65:13Yes 49:10
Yes. 65:13Yes 66:14
Yes. 65:13Yes 66:5
Yes. 65:15Yes 62:2; Yr 33:16
Yes. 65:16Gus 6:13
Yes. 65:16Yes 12:1; Yr 31:12; Zf 3:14, 15
Yes. 65:17Ezr 5:2; Yes 51:16; 66:22; 2Pt 3:13
Yes. 65:17Ivh 21:1, 4
Yes. 65:18Yes 51:11
Yes. 65:19Yes 62:4; Yr 32:41
Yes. 65:19Yes 25:8; Yr 31:12
Yes. 65:21Yr 31:4
Yes. 65:21Yes 62:8; Am 9:14
Yes. 65:22Zb 92:12-14
Yes. 65:23Lw 26:3-5; Gus 28:4
Yes. 65:23Yes 61:9; 66:22
Yes. 65:25Yes 35:9; Hs 2:18
Yes. 65:25Yes 2:3, 4; 11:6-9; Mik 4:2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 65:1-25

Yesaya

65 «Nararetse abantu batari babajije ivyanje barandondera.

Nararetse abantu batari bandondeye barandonka+.

Nabwiye ihanga ritambaza izina ryanje nti: “Ndi hano, ndi hano+!”

 2 Nirirwa nsanziye amaboko abantu b’intagondwa+,

abantu bagendera mu nzira itari yo+,

bagakurikira ivyiyumviro vyabo bwite+.

 3 Ni abantu bama bambabaza imbonankubone+,

bagashikanira ibimazi mu mirima+, bakabishikanira no ku matafari bigafumba umwotsi.

 4 Bicara mu mva+,

bakarara mu bibanza vyihishije*

barya inyama z’ingurube+,

kandi mu vyombo vyabo harimwo umufa w’ibintu bihumanye+.

 5 Bavuga ngo: “Guma aho uri ntunyegere

kuko ndakurusha ubweranda*.”

Abo ni umwotsi mu mazuru yanje, umuriro waka bukarinda bwira.

 6 Raba! Biranditswe imbere yanje.

Sinzoguma ninumiye,

ahubwo nzobaha impera+.

Nzobaha impera ikwiye*,

 7 kubera amakosa yabo no kubera amakosa ya ba sekuruza+», ni ko Yehova avuze.

«Imbere ya vyose nzobaha impembo ikwiye*

kubera ko bashikanye ibimazi ku misozi bigafumba umwotsi,

bakangaya bari ku mirambi+.»

 8 Yehova avuze ati:

«Nk’uko nyene umuntu abona umuvinyu mushasha mu nzabibu*

agaca avuga ati: “Ntiwonone izo nzabibu kuko zirimwo ikintu ciza*”,

ni ko nzogirira neza abasavyi banje.

Sinzobahonya bose+.

 9 Nzotuma mu muryango wa Yakobo haboneka uruvyaro*,

mu muryango wa Yuda haboneke uwuzotorana imisozi yanje+.

Abo natoye bazohigarurira,

kandi abasavyi banje bazobayo+.

10 Ku bw’abantu banje bandondera,

i Sharoni+ hazocika ahantu ho kuragira intama,

ikiyaya ca Akori+ kibe ahantu inka ziruhukira.

11 Mugabo mwebwe muri mu baheba Yehova+,

mu bibagira umusozi wanje mweranda+,

bagategurira imeza imana y’umugisha,

imana igena ibishikira umuntu na yo bakayuzuriza ibikombe vy’umuvinyu uvanze.

12 Nanje nzobagenera kwicishwa inkota+,

mwese mwunamire gukererwa+,

kubera ko nahamagaye ntimwitabe,

ndavuga ntimwumviriza+.

Mwagumye mukora ivyo mbona ko ari bibi,

muhitamwo gukora ibimbabaza+.»

13 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze:

«Raba! Abasavyi banje bazorya, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inzara+.

Abasavyi banje bazonywa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inyota.

Abasavyi banje bazonezerwa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’ibimaramare+.

14 Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza mu mutima,

mugabo mwebwe muzorira kubera umubabaro wo mu mutima,

muboroge kubera muvunitse umutima.

15 Muzosiga izina abo natoye bazokoresha nk’umuvumo,

kandi jewe Umukama Segaba Yehova nzokwica umwe wese muri mwebwe,

mugabo abasavyi banje* nzobita irindi zina+.

16 Azobigira ku buryo umuntu wese yironderera umuhezagiro kw’isi

azohezagirwa n’Imana y’ukuri*,

n’uwo wese arahira kw’isi

arahire Imana y’ukuri*+,

kuko amagorwa* ya kera azokwibagirwa.

Azohishwa sindayabone+.

17 Kuko raba ngira ndeme* ijuru rishasha n’isi nshasha+.

Ivya kera ntibizokwibukwa*

canke ngo bigaruke mu mutima+.

18 Nimwigine rero, munezererwe ibihe vyose ibintu ngira ndeme*.

Kuko ehe raba ngira ndeme* Yeruzalemu ngo ibe ikintu gitera umunezero,

n’abantu baho ngo babe imvo yo kwigina+.

19 Nzonezererwa Yeruzalemu, nigine abantu banje+.

Iwe ntihazosubira kwumvikana urwamo rw’amarira canke rw’amaborogo+.»

20 «Ntihazokwongera kuba uruyoya rubaho imisi mikeyi,

canke umutama apfa ataramvye.

Uwuzopfa afise imyaka 100 azokwitwa ko yari akiri agahungu,

kandi umucumuzi azovumwa naho azoba afise imyaka 100*.

21 Bazokwubaka amazu bayabemwo+.

Bazotera imirima y’imizabibu barye ivyamwa vyayo+.

22 Ntibazokwubaka inzu ngo uwundi ayibemwo,

canke ngo batere abandi babirye.

Kuko imisi abantu banje bazomara izongana n’imisi y’igiti+,

kandi abo natoye bazonezererwa cane igikorwa amaboko yabo akora.

23 Ntibazoruhira ubusa+

canke ngo bavyare abana bazoshikirwa n’ivyago,

kuko bo hamwe n’abazobakomokako

ari uruvyaro* rugizwe n’abahezagiwe na Yehova+.

24 N’imbere y’uko bantabaza nzobishura.

Bakiriko baravuga nzoba namaze kubumva.

25 Ibingira n’umwagazi w’intama bizorisha hamwe,

intambwe irye ubwatsi nk’impfizi y’inka+,

inzoka na yo irye umukungugu.

Nta nabi bizokora canke ngo bigire ico vyononye ku musozi wanje mweranda iyo uva ukagera+», ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika