ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Kuri Tewofile (1-5)

      • Ivyabona gushika ku mpera z’isi (6-8)

      • Yezu aduga mw’ijuru (9-11)

      • Abigishwa bakoranira hamwe bunze ubumwe (12-14)

      • Matiyasi atorwa ngo asubirire Yuda (15-26)

Ivyakozwe 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:3; 3:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 19

Ivyakozwe 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 3:16
  • +Yoh 15:16

Ivyakozwe 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:9; Yoh 20:19; 1Kr 15:4-7
  • +Lk 24:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 15-16

Ivyakozwe 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:49
  • +Yoh 14:16, 17; Ivk 2:33

Ivyakozwe 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:28; Mt 3:11; Mr 1:8

Ivyakozwe 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 19:11; 24:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 310

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 35-36

    Nushinge intahe, rup. 16

Ivyakozwe 1:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubukuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:20, 21; Mt 24:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 16

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1998, rup. 15

    1/10/1998, rup. 7

Ivyakozwe 1:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «no ku mpera z’isi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:33
  • +Yes 43:10; Lk 24:48; Yoh 15:26, 27
  • +Ivk 5:27, 28
  • +Ivk 8:14
  • +Kl 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2014, rup. 29-30

    15/1/2011, rup. 22

    15/4/2010, rup. 11

    1/2/2010, rup. 30

    15/5/2008, rup. 31

    1/7/2005, rup. 25

    1/4/2001, rup. 19, 23-24

    1/12/1998, rup. 15

    Be maso!,

    9/2012, rup. 13-14

    Nushinge intahe, rup. 2, 16-17, 85, 218-220

    ‘Igihugu ciza’, rup. 32-33

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 275-278

Ivyakozwe 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:51; Yoh 6:62

Ivyakozwe 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:2, 3

Ivyakozwe 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 310-311

    Nushinge intahe, rup. 17

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 14-15

    Urashobora Kubaho, rup. 145

Ivyakozwe 1:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Imyelayo bayita kandi olive.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:52

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 11

Ivyakozwe 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:2-4; Mr 3:16-19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18

Ivyakozwe 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 23:49
  • +Mt 13:55; Yoh 7:5; Gl 1:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2015, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 18

Ivyakozwe 1:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «isinzi ryari ng’aho.»

Ivyakozwe 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 41:9; 55:12; Yoh 13:18
  • +Lk 22:47; Yoh 18:3

Ivyakozwe 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:2, 4; Lk 6:12-16; Yoh 6:70, 71

Ivyakozwe 1:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «aturika hagati na hagati.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 11:12; Mt 26:14, 15
  • +Mt 27:5-8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 290

Ivyakozwe 1:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubucungezi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:25
  • +Zb 109:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18-19

Ivyakozwe 1:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «yamaze agenda agaruka.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18-19

Ivyakozwe 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:13
  • +Lk 24:51; Ivk 1:9
  • +Mt 28:5, 6; Mr 16:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18-19

Ivyakozwe 1:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:7; 1Ng 28:9; Yr 11:20

Ivyakozwe 1:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 6:70

Ivyakozwe 1:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «aharurwa muri za ntumwa 11.» Bisigura ko yabonwa nk’izo ntumwa 11.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 311

    Nushinge intahe, rup. 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 1:1Lk 1:3; 3:23
Ivyak. 1:21Tm 3:16
Ivyak. 1:2Yoh 15:16
Ivyak. 1:3Mt 28:9; Yoh 20:19; 1Kr 15:4-7
Ivyak. 1:3Lk 24:27
Ivyak. 1:4Lk 24:49
Ivyak. 1:4Yoh 14:16, 17; Ivk 2:33
Ivyak. 1:5Yw 2:28; Mt 3:11; Mr 1:8
Ivyak. 1:6Lk 19:11; 24:21
Ivyak. 1:7Dn 2:20, 21; Mt 24:36
Ivyak. 1:8Ivk 4:33
Ivyak. 1:8Yes 43:10; Lk 24:48; Yoh 15:26, 27
Ivyak. 1:8Ivk 5:27, 28
Ivyak. 1:8Ivk 8:14
Ivyak. 1:8Kl 1:23
Ivyak. 1:9Lk 24:51; Yoh 6:62
Ivyak. 1:10Mt 28:2, 3
Ivyak. 1:12Lk 24:52
Ivyak. 1:13Mt 10:2-4; Mr 3:16-19
Ivyak. 1:14Lk 23:49
Ivyak. 1:14Mt 13:55; Yoh 7:5; Gl 1:19
Ivyak. 1:16Zb 41:9; 55:12; Yoh 13:18
Ivyak. 1:16Lk 22:47; Yoh 18:3
Ivyak. 1:17Mt 10:2, 4; Lk 6:12-16; Yoh 6:70, 71
Ivyak. 1:18Zk 11:12; Mt 26:14, 15
Ivyak. 1:18Mt 27:5-8
Ivyak. 1:20Zb 69:25
Ivyak. 1:20Zb 109:8
Ivyak. 1:22Mt 3:13
Ivyak. 1:22Lk 24:51; Ivk 1:9
Ivyak. 1:22Mt 28:5, 6; Mr 16:6
Ivyak. 1:241Sm 16:7; 1Ng 28:9; Yr 11:20
Ivyak. 1:25Yoh 6:70
Ivyak. 1:26Img 16:33
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 1:1-26

Ivyakozwe n’intumwa

1 Ewe Tewofile, inkuru ya mbere nanditse yari ijanye n’ibintu vyose Yezu yakoze n’ivyo yigishije kuva mu ntango+, 2 gushika ku musi yaduzwa+, amaze guha amategeko intumwa yatoye+, akayabaha biciye ku mpwemu nyeranda. 3 Amaze kubabazwa, yarabiyeretse, abaha ibimenyamenya vyinshi bibemeza ko ari muzima+. Yamaze imisi 40 abiyereka yongera ababwira ivyerekeye Ubwami bw’Imana+. 4 Igihe yari kumwe na bo, yabategetse ati: «Ntimuve i Yeruzalemu+, ahubwo mugume murindiriye ico Data yasezeranye+, kimwe nababwira. 5 Kuko mu vy’ukuri Yohani yabatiza abantu mu mazi, mugabo mwebwe muzobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.»

6 Igihe rero bari bakoraniye hamwe, bamubaza bati: «Mukama, ubu ni ho ugira usubize ubwami Isirayeli+?» 7 Ababwira ati: «Si ivyanyu kumenya ibihe canke ibiringo Data yashize munsi y’ububasha* bwiwe+. 8 Mugabo muzoronka ububasha impwemu nyeranda niyabazako+, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no mu mihingo ya kure cane y’isi*+.» 9 Amaze kuvuga ivyo, aca araduzwa bakiriko bararaba, hanyuma igicu kiramupfuka, ntibaba bakimubona+. 10 Bagihanze amaso mw’ijuru akiriko aragenda, baja babona abagabo babiri bambaye impuzu zera+ bahagaze iruhande yabo, 11 bavuga bati: «Bagabo b’i Galilaya, kubera iki muhagaze muraba mw’ijuru? Uyo Yezu akuwe muri mwebwe akajanwa mw’ijuru, azoza ukwo nyene mumubonye aja mw’ijuru.»

12 Maze basubira i Yeruzalemu+ bavuye ku musozi w’Imyelayo* uri hafi y’i Yeruzalemu. Rwari urugendo rungana n’urwo umuntu yogira ku musi w’isabato. 13 Bahashitse, baduga mu cumba co hejuru bari bacumbitsemwo. Yari Petero, Yohani, Yakobo, Andereya, Filipo, Toma, Barutelemi, Matayo, Yakobo mwene Alufayo, Simoni umunyamwete, na Yuda mwene Yakobo+. 14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga bahuje inama, bari kumwe n’abagore+ bamwebamwe, na Mariya nyina wa Yezu na benewabo na Yezu+.

15 Muri iyo misi, Petero arahaguruka hagati y’abavukanyi, (abari ng’aho* bose bakaba bari nka 120) avuga ati: 16 «Bagabo benewacu, vyari bikenewe ko icanditswe kiranguka, kimwe impwemu nyeranda yavuga imbere y’igihe biciye kuri Dawidi ku vyerekeye Yuda+ umwe yayobora abafashe Yezu+. 17 Yaharurwa muri twebwe+ kandi yari yaratowe ngo akorane natwe iki gikorwa. 18 (Uwo mugabo nyene rero, amaze kugura itongo impembo yahawe kubera ibintu bitagororotse yakoze+, yaraguye atanguje umutwe, umutumba wiwe uca uraturika*, ivyo mu nda vyose birasanzara+. 19 Ivyo vyaramenyekanye ku baba i Yeruzalemu bose, ku buryo iryo tongo ryitwa mu rurimi rwabo ngo Akeludama, ni ukuvuga “itongo ry’amaraso.”) 20 Kuko vyanditswe mu gitabu c’Amazaburi ngo: “Aho aba nihacike umusaka, ntihagire uwuhaba+.” Handitswe kandi ngo: “Ibanga ryiwe ry’ubuhagarikizi* nirihabwe uwundi+.” 21 Birakenewe rero ko asubirirwa n’umwe mu bagabo bamye bajana natwe mu gihe cose Umukama Yezu yamaze akorera ibikorwa vyiwe* muri twebwe, 22 kuva igihe yabatizwa na Yohani+ gushika umusi yakurwa muri twebwe+. Umwe muri abo bagabo akwiye kuba icabona c’izuka ryiwe cokimwe natwe+.»

23 Nuko bashikiriza babiri: Yozefu ari we Barusaba (uwitwa kandi Yusito) hamwe na Matiyasi. 24 Hanyuma barasenga bati: «Ewe Yehova*, wewe uzi imitima ya bose+, erekana muri aba bantu babiri uwo watoye 25 kugira azezwe iki gikorwa yongere abe intumwa, asubire mu kibanza Yuda yataye akigira mu vyiwe+.» 26 Baca babagirira ubupfindo+ maze bugwa kuri Matiyasi, aca yongerwa kuri za ntumwa 11*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika