ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Petero na Yohani bafatwa (1-4)

        • Igitigiri c’abagabo bizeye kigera ku 5.000 (4)

      • Petero na Yohani barengutswa imbere y’Inama nkuru (5-22)

        • «Ntidushobora kureka kuvuga» (20)

      • Basenga basaba ubutinyutsi (23-31)

      • Abigishwa basangira ivyo batunze (32-37)

Ivyakozwe 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2020, rup. 31

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2009, rup. 28

    Nushinge intahe, rup. 31

Ivyakozwe 4:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivy’ukuzuka mu bapfuye kwa Yezu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:33; 17:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 31

Ivyakozwe 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «barabahagarika.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:12

Ivyakozwe 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:41; 6:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 35

Ivyakozwe 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 18:13
  • +Mt 26:57; Lk 3:2; Yoh 11:49-51

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2012, rup. 9

Ivyakozwe 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:55

Ivyakozwe 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:7

Ivyakozwe 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:6
  • +Ivk 2:36
  • +Ivk 2:24; 5:30

Ivyakozwe 4:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «umutwe w’imfuruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 118:22; Yes 28:16; Mt 21:42; 1Pt 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 12-13

    1/8/2000, rup. 14

Ivyakozwe 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 1:21; Ivk 10:43; Fp 2:9, 10
  • +Yoh 1:12; 14:6; 1Tm 2:5, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Senga Imana, rup. 37-38

Ivyakozwe 4:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bavugana ubutinyutsi.»

  • *

    Ntibisigura ko batari bazi gusoma no kwandika, ahubwo bisigura ko batize amashure y’Abarabi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:25; 1Kr 1:26, 27
  • +Yoh 7:14, 15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2008, rup. 15

    15/5/2008, rup. 30-31

    1/5/2006, rup. 22-23

Ivyakozwe 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:11
  • +Lk 21:15

Ivyakozwe 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 11:47
  • +Ivk 3:9, 10

Ivyakozwe 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:40

Ivyakozwe 4:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 22

Ivyakozwe 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 22:2; Ivk 5:26

Ivyakozwe 4:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yakorewe ikimenyetso agakira.»

Ivyakozwe 4:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «wahinguye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:11; Neh 9:6; Zb 146:6

Ivyakozwe 4:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikazirikana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:1, 2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2004, rup. 16-17

Ivyakozwe 4:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

  • *

    Canke «na Kristu wiwe.» Raba Insiguro y’amajambo (Kurobanura).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:1, 2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2004, rup. 16-17

Ivyakozwe 4:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 23:12
  • +Zb 45:7; Ivk 10:38

Ivyakozwe 4:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ku kuboko.»

  • *

    Canke «n’ingingo washinze.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:10; Lk 24:44; Ivk 2:23; 1Pt 1:20

Ivyakozwe 4:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 34-35

Ivyakozwe 4:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:43; 5:12
  • +Ivk 3:16

Ivyakozwe 4:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gusenga bakobeje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:2, 4
  • +1Ts 2:2

Ivyakozwe 4:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:44, 45

Ivyakozwe 4:33

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 1:21, 22; 4:2

Ivyakozwe 4:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:44, 45

Ivyakozwe 4:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:1, 2
  • +Ivk 6:1

Ivyakozwe 4:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:22; 12:25

Ivyakozwe 4:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:33

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 4:1Ivk 23:8
Ivyak. 4:2Ivk 4:33; 17:18
Ivyak. 4:3Lk 21:12
Ivyak. 4:4Ivk 2:41; 6:7
Ivyak. 4:6Yoh 18:13
Ivyak. 4:6Mt 26:57; Lk 3:2; Yoh 11:49-51
Ivyak. 4:8Ivk 7:55
Ivyak. 4:9Ivk 3:7
Ivyak. 4:10Ivk 3:6
Ivyak. 4:10Ivk 2:36
Ivyak. 4:10Ivk 2:24; 5:30
Ivyak. 4:11Zb 118:22; Yes 28:16; Mt 21:42; 1Pt 2:7
Ivyak. 4:12Mt 1:21; Ivk 10:43; Fp 2:9, 10
Ivyak. 4:12Yoh 1:12; 14:6; 1Tm 2:5, 6
Ivyak. 4:13Mt 11:25; 1Kr 1:26, 27
Ivyak. 4:13Yoh 7:14, 15
Ivyak. 4:14Ivk 3:11
Ivyak. 4:14Lk 21:15
Ivyak. 4:16Yoh 11:47
Ivyak. 4:16Ivk 3:9, 10
Ivyak. 4:17Ivk 5:40
Ivyak. 4:20Ivk 5:29
Ivyak. 4:21Lk 22:2; Ivk 5:26
Ivyak. 4:24Kv 20:11; Neh 9:6; Zb 146:6
Ivyak. 4:252Sm 23:1, 2
Ivyak. 4:26Zb 2:1, 2
Ivyak. 4:27Lk 23:12
Ivyak. 4:27Zb 45:7; Ivk 10:38
Ivyak. 4:28Yes 53:10; Lk 24:44; Ivk 2:23; 1Pt 1:20
Ivyak. 4:30Ivk 2:43; 5:12
Ivyak. 4:30Ivk 3:16
Ivyak. 4:31Ivk 2:2, 4
Ivyak. 4:311Ts 2:2
Ivyak. 4:32Ivk 2:44, 45
Ivyak. 4:33Ivk 1:21, 22; 4:2
Ivyak. 4:34Ivk 2:44, 45
Ivyak. 4:35Ivk 5:1, 2
Ivyak. 4:35Ivk 6:1
Ivyak. 4:36Ivk 11:22; 12:25
Ivyak. 4:37Lk 12:33
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 4:1-37

Ivyakozwe n’intumwa

4 Igihe rero abo babiri bariko baravugana n’abantu, haza abaherezi, umukuru w’abarinzi b’urusengero n’Abasadukayo+. 2 Bari bashavujwe n’uko izo ntumwa zariko zirigisha abantu zongera zibamenyesha ku mugaragaro yuko Yezu yazutse mu bapfuye*+. 3 Baca barabafata* babaraza mu gasho+, kuko bwari bumaze kugoroba. 4 Ariko benshi mu bari bumvirije ivyo bavuze barizera, igitigiri c’abagabo bizeye gishika nko ku 5.000+.

5 Bukeye, abatware babo, abashingantahe n’abanditsi bakoranira i Yeruzalemu. 6 Bari kumwe na Anasi+ umukuru w’abaherezi, Kayifa+, Yohani, Alegizandere n’incuti zose z’umukuru w’abaherezi. 7 Bahagarika Petero na Yohani hagati yabo, bababaza bati: «Ivyo mwabikoze mwishimikije ububasha nyabaki canke izina rya nde?» 8 Maze Petero yuzuye impwemu nyeranda+, ababwira ati:

«Yemwe batware namwe bashingantahe, 9 nimba uno musi turiko turasambishwa kubera ikintu ciza cakorewe umuntu amugaye+, mukaba mwipfuza kumenya uwatumye uwu muntu akira, 10 nimumenye mwese n’abantu bose bo muri Isirayeli, yuko uyu muntu ahagaze hano imbere yanyu akomeye kubera izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti+, uwo mwamanitse ku giti+ mugabo Imana ikamuzura mu bapfuye+. Vyashobotse biciye kuri we. 11 Uyo Yezu ni we “buye mwebwe abubatsi mwakengereye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+.” 12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonekeramwo, kuko munsi y’ijuru ata rindi zina+ abantu bahawe dutegerezwa gukirizwamwo+.»

13 Babonye ingene Petero na Yohani batarya umunwa*, bakabona n’uko ari abantu batize* kandi basanzwe+, baratangara. Baca batahura yuko bahoze bagendana na Yezu+. 14 Baravye uwo muntu yari yakijijwe ahagararanye na bo+, babura ico basubizayo+. 15 Baca babategeka ngo bave mu ngoro y’Inama nkuru, batangura kubazanya bati: 16 «Mbega aba bantu tubagire gute+? Mu vy’ukuri habaye igitangaza c’akataraboneka biciye kuri bo cabonywe n’ababa i Yeruzalemu bose+, kandi ntidushobora kubihakana. 17 Kugira ntibibandanye gukwiragira mu bantu, reka tubatere ubwoba maze tubihanize ntihagire umuntu basubira kubwira ikintu na kimwe bishimikije iryo zina+.»

18 Baca barabahamagara, babategeka kutagira ikintu na kimwe bavuga canke bigisha bishimikije izina rya Yezu. 19 Mugabo Petero na Yohani babishura bati: «Nimba ari vyiza imbere y’Imana kubumvira aho kwumvira Imana, nimuruce namwe. 20 Ariko twebwe ntidushobora kureka kuvuga ibintu twabonye n’ivyo twumvise+.» 21 Nuko basubira kubatera ubwoba, maze barabarekura kubera bataronse imvo n’imwe yo kubahana no kubera batinya abantu+, kuko bose bariko baraninahaza Imana kubera ivyari vyabaye. 22 Nkako, uwo muntu yakijijwe ku gitangaro* yari afise imyaka irenga 40.

23 Bamaze kurekurwa, baca baja kuraba bagenzi babo, babiganira ibintu vyose abakuru b’abaherezi n’abashingantahe bari bababwiye. 24 Aho bavyumviye, bose baca bashira ijwi hejuru babwira Imana bahuje inama bati:

«Mukama Segaba, ni wewe waremye* ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+. 25 Kandi ni wewe watumye umusavyi wawe sogokuruza wacu Dawidi+ avuga biciye ku mpwemu nyeranda ati: “Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara, n’imigwi y’abantu ikiyumvira* ibitagira akamaro? 26 Abami b’isi bahagurutse, n’abatware bakoranira hamwe kugira barwanye Yehova* n’uwo yarobanuye*+.” 27 Mu vy’ukuri, Herodi na Ponsiyo Pilato+ bari kumwe n’abantu bo mu mahanga be n’imigwi y’abantu b’Abisirayeli, barakoraniye hamwe muri iki gisagara ngo barwanye Yezu umusavyi wawe mweranda warobanuye+, 28 kugira bashitse ivyo washinze imbere y’igihe biciye ku bubasha* bwawe n’ivyo ugomba*+. 29 None rero Yehova*, raba iterabwoba ryabo, ufashe abashumba bawe kuguma bavuga ijambo ryawe n’ubutinyutsi bwose, 30 ubandanye no kuramvura ukuboko kwawe kugira ukize no kugira habe ibimenyetso n’ibitangaza+, biciye mw’izina ry’umusavyi wawe mweranda Yezu+.»

31 Bamaze gutakamba*, ahantu bari bakoraniye haranyiganyiga, maze bose uko bangana buzuzwa impwemu nyeranda+, bavuga ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi+.

32 Vyongeye, abantu isinzi bizeye bari bahuje umutima n’inama, kandi nta n’umwe yavuga ko ivyo atunze ari rwiwe, ahubwo bari basangiye vyose+. 33 Intumwa zibandanya gushinga intahe ku vyerekeye izuka ry’Umukama Yezu+ bimwe bikomeye cane, kandi bose Imana yaguma ibagirira ubuntu buhebuje* bwinshi cane. 34 Nta n’umwe muri bo yari mu mukeno+, kuko abari bafise amatongo canke amazu bose babigurisha maze bakazana ivyavuye mu vyo bagurishije 35 bakabishira imbere y’ibirenge vy’intumwa+. Intumwa zaca zibigabanganya, umwe wese akaronka ivyo akeneye+. 36 Umulewi avuka i Shipure yitwa Yozefu, umwe intumwa zatazira Barunaba+ (bisobanura ngo «umwana w’uruhoza») na we nyene 37 yari afise itongo. Nuko ararigurisha hanyuma azana amahera ayashira imbere y’ibirenge vy’intumwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika