ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaroma: ibirimwo

      • Aburahamu yiswe umugororotsi bivuye ku kwizera (1-12)

        • Aburahamu, se w’abari n’ukwizera (11)

      • Umuhango wabonetse biciye ku kwizera (13-25)

Abaroma 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

  • *

    Canke «abiharurwako nk’ubugororotsi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:6; Gl 3:6; Yak 2:23

Abaroma 4:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ko ari ideni.»

Abaroma 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 2:15, 16

Abaroma 4:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikababarira.»

Abaroma 4:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:1, 2

Abaroma 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:30
  • +Rm 4:3

Abaroma 4:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nk’icemeza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:1, 2, 11
  • +Rm 4:16; Gl 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 6

Abaroma 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:29

Abaroma 4:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:1-3; 17:5, 6; 22:17, 18
  • +Heb 11:8

Abaroma 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:20; 5:20; 2Kr 3:7
  • +Rm 5:13

Abaroma 4:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «urubuto rwiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:24
  • +Rm 9:8; Gl 3:29
  • +Rm 4:11

Abaroma 4:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «igatuma ibitariho bibaho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:5

Abaroma 4:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:5; Heb 11:17, 18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 30

Abaroma 4:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ko inda ya Sara yapfuye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:17
  • +It 18:11; Heb 11:11, 12

Abaroma 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:19

Abaroma 4:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:6; Yak 2:23

Abaroma 4:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:4

Abaroma 4:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:24; 13:30; 1Pt 1:21

Abaroma 4:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 20:28
  • +Yes 53:11, 12; 2Kr 5:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 5-6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Rom. 4:3It 15:6; Gl 3:6; Yak 2:23
Rom. 4:5Gl 2:15, 16
Rom. 4:8Zb 32:1, 2
Rom. 4:9Rm 3:30
Rom. 4:9Rm 4:3
Rom. 4:11It 17:1, 2, 11
Rom. 4:11Rm 4:16; Gl 3:7
Rom. 4:12Gl 3:29
Rom. 4:13It 12:1-3; 17:5, 6; 22:17, 18
Rom. 4:13Heb 11:8
Rom. 4:15Rm 3:20; 5:20; 2Kr 3:7
Rom. 4:15Rm 5:13
Rom. 4:16Rm 3:24
Rom. 4:16Rm 9:8; Gl 3:29
Rom. 4:16Rm 4:11
Rom. 4:17It 17:5
Rom. 4:18It 15:5; Heb 11:17, 18
Rom. 4:19It 17:17
Rom. 4:19It 18:11; Heb 11:11, 12
Rom. 4:21Heb 11:19
Rom. 4:22It 15:6; Yak 2:23
Rom. 4:23Rm 15:4
Rom. 4:24Ivk 2:24; 13:30; 1Pt 1:21
Rom. 4:25Mt 20:28
Rom. 4:25Yes 53:11, 12; 2Kr 5:21
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abaroma 4:1-25

Abaroma

4 Ko bimeze gutyo, Aburahamu sogokuruza wacu ku mubiri twovuga ko yaronse iki? 2 Nk’akarorero, iyo Aburahamu aja kwitwa umugororotsi bivuye ku bikorwa, yari kugira imvo yo kwirata, ariko ntiyari kwirata imbere y’Imana. 3 None icanditswe kivuga iki? Kivuga giti: «Aburahamu yizeye Yehova*, abonwa ko ari umugororotsi*+.» 4 Impembo y’umukozi ntibonwa ko ari ubuntu agiriwe, ahubwo ibonwa ko ari ikintu abwirizwa guhabwa*. 5 Ariko umuntu adakora mugabo akizera umwe yita umugororotsi umuntu atubaha Imana, ukwizera kwiwe kubonwa nk’ubugororotsi+. 6 Na Dawidi aravuga agahimbare k’umuntu Imana ibona ko ari umugororotsi bitavuye ku bikorwa, akagira ati: 7 «Hahiriwe abo Imana yahariye ubugarariji bwabo, igapfuka* ibicumuro vyabo. 8 Hahiriwe umuntu Yehova* atazogenda aharuyeko igicumuro yakoze+.»

9 None abagenyerewe ni bo gusa baronka ako gahimbare, canke n’abatagenyerewe barakaronka+? Kuko twavuze duti: «Ukwizera kwa Aburahamu kwatumye abonwa ko ari umugororotsi+.» 10 None ibintu vyari vyifashe gute igihe ukwizera kwiwe kwatuma abonwa ko ari umugororotsi? Yari yaragenyerewe canke ntiyari bwagenyerwe? Ntiyari bwagenyerwe. 11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni ukuvuga ukugenyerwa, nk’ikidodo* cerekana ko ari umugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe. Ivyo vyabaye kugira abe se w’abari n’ukwizera bose+ batagenyerewe, ngo babonwe ko ari abagororotsi. 12 Kwari ukugira ngo kandi abe se w’uruvyaro rwagenyerewe, atari gusa ku bumira ku kugenyerwa, mugabo no ku babaho bisunga ukwizera data Aburahamu+ yari afise ataragenyerwa.

13 Kuko Aburahamu n’uruvyaro* rwiwe baronse wa muhango w’uko yobaye samuragwa w’isi+, ariko ntibawuronse biciye ku mategeko, ahubwo vyaciye ku bugororotsi bushingiye ku kwizera+. 14 Iyaba abumira ku mategeko ari bo baba ba samuragwa, ukwizera kwoca kuba impfagusa, n’umuhango ukaba ukuweho. 15 Mu vy’ukuri, kurenga ku mategeko bizana ishavu ry’Imana+, mugabo ahatagira amategeko nta gicumuro kihaba+.

16 Ni co gituma uwo muhango tuwuronka biciye ku kwizera, ngo kibe ikintu dukesha ubuntu buhebuje*+. Muri ubwo buryo, abakomoka kuri Aburahamu* bose+ barashobora kubona iranguka ry’uwo muhango, atari gusa abumira ku mategeko ahubwo n’abumira ku kwizera kwa Aburahamu, data wacu twese+. 17 (Nakare vyanditswe ngo: «Nkugize se w’amahanga menshi+.») Ivyo vyabereye imbere y’Imana, imwe Aburahamu yizera, imwe ituma abapfuye baba bazima, ibitariho ikabivuga nk’aho vyoba biriho*. 18 Naho atari agifise imvo yo kugira icizigiro, yarishimikije icizigiro arizera ko yobaye se w’amahanga menshi nk’uko vyari vyaravuzwe ngo: «Ukwo ni ko uruvyaro* rwawe ruzongana+.» 19 Ico gihe yarabona ko umubiri wiwe wasa n’uwapfuye (kuko yari yegereje imyaka 100+), kandi yari azi ko Sara yari ingumba*+, mugabo ntiyagoyagoye mu kwizera. 20 Ariko kubera umuhango Imana yamuhaye, ntiyahungabanye ngo abure ukwizera, ahubwo ukwizera kwiwe kwatumye akomera, aninahaza Imana. 21 Yari yarajijutse rwose ko ivyo Imana yasezeranye yari ishoboye no kubishitsa+. 22 Ivyo vyatumye «abonwa ko ari umugororotsi+.»

23 Ariko ayo majambo ngo «abonwa ko ari», si we gusa yandikiwe+, 24 ahubwo yandikiwe na twebwe. Natwe tuzobonwa ko turi abagororotsi kuko twizera umwe yazura Yezu Umukama wacu mu bapfuye+. 25 Yaratanzwe ngo yicwe kubera amakosa yacu+ hanyuma arazurwa, kugira twitwe abagororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika