Kuvayo 31:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni ikimenyetso hagati yanje na bene Isirayeli gushika igihe kitagira urugero+, kuko mu misi itandatu ari ho Yehova yakoze amajuru n’isi, ku musi ugira indwi na ho akaruhuka, agatangura kwiruhura+.’” Abaheburayo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: “Hanyuma ku musi ugira indwi Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+,”
17 Ni ikimenyetso hagati yanje na bene Isirayeli gushika igihe kitagira urugero+, kuko mu misi itandatu ari ho Yehova yakoze amajuru n’isi, ku musi ugira indwi na ho akaruhuka, agatangura kwiruhura+.’”
4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: “Hanyuma ku musi ugira indwi Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+,”