Kuvayo 25:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 n’inyuzi z’ubururu, n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’igitambara c’ibara ry’agahama*, n’ilino nziza, n’ubwoya bw’impene+, Kuvayo 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kandi uze ukore ibitambara mu bwoya bw’impene+, vy’ihema ryo hejuru kw’itaberenakulo. Uzokora ibitambara cumi na kimwe.
4 n’inyuzi z’ubururu, n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’igitambara c’ibara ry’agahama*, n’ilino nziza, n’ubwoya bw’impene+,
7 “Kandi uze ukore ibitambara mu bwoya bw’impene+, vy’ihema ryo hejuru kw’itaberenakulo. Uzokora ibitambara cumi na kimwe.