Yosuwa 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko manu* ireka kuboneka ku musi ukurikira, igihe bari bariye ku mwimbu w’ico gihugu; manu ntiyasubira kuboneka ku bwa bene Isirayeli+, maze batangura kurya ku mwimbu w’igihugu ca Kanani muri uwo mwaka+. Nehemiya 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Wabahaye umukate uvuye mw’ijuru wo kubamara inzara+, ubakurira n’amazi mu rutare yo kubamara inyota+; hanyuma ubabwira kwinjira+ bakigarurira igihugu wari waradugije ukuboko ukarahira yuko uzokibaha+.
12 Nuko manu* ireka kuboneka ku musi ukurikira, igihe bari bariye ku mwimbu w’ico gihugu; manu ntiyasubira kuboneka ku bwa bene Isirayeli+, maze batangura kurya ku mwimbu w’igihugu ca Kanani muri uwo mwaka+.
15 Wabahaye umukate uvuye mw’ijuru wo kubamara inzara+, ubakurira n’amazi mu rutare yo kubamara inyota+; hanyuma ubabwira kwinjira+ bakigarurira igihugu wari waradugije ukuboko ukarahira yuko uzokibaha+.