ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 22:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;

      Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.

      Abera inkinzo abahungira muri we bose+.

  • Zaburi 18:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.

      Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,

      Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+.

  • Zaburi 19:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.

      Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+.

  • Yakobo 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika