Matayo 5:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ijambo ryanyu Ego niribe Ego, Oya yanyu ibe Oya+; kuko ikirenze kuri ivyo kiva kuri wa mubisha+. Yakobo 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo hejuru ya vyose, bene wacu, mureke kurahira, emwe, kwaba ukurahira ijuru canke kurahira isi canke iyindi ndahiro+. Mugabo Ego yanyu ibe Ego, Oya yanyu na yo, Oya, ngo ntimugibweko n’urubanza+.
12 Mugabo hejuru ya vyose, bene wacu, mureke kurahira, emwe, kwaba ukurahira ijuru canke kurahira isi canke iyindi ndahiro+. Mugabo Ego yanyu ibe Ego, Oya yanyu na yo, Oya, ngo ntimugibweko n’urubanza+.