Gusubira mu vyagezwe 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umuntu azogira inyifato y’ukwita imbere mu kutumviriza umuherezi ahagaze ng’aho ngo akorere Yehova Imana yawe, canke mu kutumviriza uwo mucamanza+, uyo muntu azotegerezwa gupfa+; utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+. 1 Abami 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Umuntu niyacumura kuri mugenziwe+, maze uno agashira umuvumo kuri we kugira ngo atume aba uwushobora gushikirwa na nya muvumo+, hanyuma akaza ari muri nya muvumo imbere y’igicaniro cawe muri iyi nzu,
12 Umuntu azogira inyifato y’ukwita imbere mu kutumviriza umuherezi ahagaze ng’aho ngo akorere Yehova Imana yawe, canke mu kutumviriza uwo mucamanza+, uyo muntu azotegerezwa gupfa+; utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.
31 “Umuntu niyacumura kuri mugenziwe+, maze uno agashira umuvumo kuri we kugira ngo atume aba uwushobora gushikirwa na nya muvumo+, hanyuma akaza ari muri nya muvumo imbere y’igicaniro cawe muri iyi nzu,