Yosuwa 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Akisa ariko araja iw’umugabo, aguma ahimiriza umugabo wiwe ngo asabe se wiwe* itongo. Nuko Akisa akomanya amashi yicaye ku ndogobwa. Kalebu aca amubwira ati: “Ushaka iki+?” 2 Abami 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ashira itandiko kuri nya ndogobwa+, abwira umusuku wiwe ati: “Yiyobore ugende. Ntiwitinye kuyiyobora ngo ni kubera jewe, kiretse ndabikubwiye.”
18 Maze Akisa ariko araja iw’umugabo, aguma ahimiriza umugabo wiwe ngo asabe se wiwe* itongo. Nuko Akisa akomanya amashi yicaye ku ndogobwa. Kalebu aca amubwira ati: “Ushaka iki+?”
24 Ashira itandiko kuri nya ndogobwa+, abwira umusuku wiwe ati: “Yiyobore ugende. Ntiwitinye kuyiyobora ngo ni kubera jewe, kiretse ndabikubwiye.”