1 Samweli 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kandi ivyo ntibitume uhungabana canke ngo bibere igitsitaza umutima w’umukama wanje, mu gusesa amaraso ata mvo+ no mu gutuma ukuboko kw’umukama wanje gushitsa ubukiriro bwiwe+. Yehova ntazobura kugirira ineza umukama wanje, nawe uze wibuke+ umushumbakazi wawe.” Zaburi 56:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko warokoye ubuzima bwanje ukabukiza urupfu+—Mbega ntiwarokoye ikirenge canje ukakirinda gutsitara+?—Kugira ngo ngendagende imbere y’Imana mu muco w’abazima+. Abaroma 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”
31 Kandi ivyo ntibitume uhungabana canke ngo bibere igitsitaza umutima w’umukama wanje, mu gusesa amaraso ata mvo+ no mu gutuma ukuboko kw’umukama wanje gushitsa ubukiriro bwiwe+. Yehova ntazobura kugirira ineza umukama wanje, nawe uze wibuke+ umushumbakazi wawe.”
13 Kuko warokoye ubuzima bwanje ukabukiza urupfu+—Mbega ntiwarokoye ikirenge canje ukakirinda gutsitara+?—Kugira ngo ngendagende imbere y’Imana mu muco w’abazima+.
19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”