Gusubira mu vyagezwe 32:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+. Zaburi 68:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Imana y’ukuri kuri twebwe ni Imana y’ibikorwa vy’ugukiza+;Kandi ivyanzo bikura umuntu mu rupfu+ ni ivya Yehova Umukama Segaba+.
39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.
20 Imana y’ukuri kuri twebwe ni Imana y’ibikorwa vy’ugukiza+;Kandi ivyanzo bikura umuntu mu rupfu+ ni ivya Yehova Umukama Segaba+.