Zaburi 91:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+. Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+. Zaburi 121:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntiyoshobora kwemera ko ikirenge cawe kinyiganyiga+.Umwe akurinda ntiyoshobora guhunyiza+. Imigani 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu kwubahiriza iminyuro y’urubanza+, kandi azorinda inzira y’intahemuka ziwe+. Luka 1:79 Bibiliya y’isi nshasha 79 kugira ngo abicaye mu mwiza no mu gitutu c’urupfu bahabwe umuco+, kugira ngo ibirenge vyacu birongorwe neza mu nzira y’amahoro.”
10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+.
79 kugira ngo abicaye mu mwiza no mu gitutu c’urupfu bahabwe umuco+, kugira ngo ibirenge vyacu birongorwe neza mu nzira y’amahoro.”