1 Samweli 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yonatani abwira rero nya musuku, uwumutwaza ibirwanisho, ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’abo bagabo batagenyerewe+. Kumbure Yehova aragira ico akoze ku bwacu, kuko ata kibuza Yehova gukiza biciye kuri benshi canke kuri bakeyi+.” 1 Samweli 17:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Gutyo Dawidi, akoresheje umugozi wo guteresha be n’ibuye, arusha inkomezi uwo Mufilisitiya, agarika nya Mufilisitiya, aramwica; kandi nta nkota yari mu kuboko kwa Dawidi+. Zaburi 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+.
6 Yonatani abwira rero nya musuku, uwumutwaza ibirwanisho, ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’abo bagabo batagenyerewe+. Kumbure Yehova aragira ico akoze ku bwacu, kuko ata kibuza Yehova gukiza biciye kuri benshi canke kuri bakeyi+.”
50 Gutyo Dawidi, akoresheje umugozi wo guteresha be n’ibuye, arusha inkomezi uwo Mufilisitiya, agarika nya Mufilisitiya, aramwica; kandi nta nkota yari mu kuboko kwa Dawidi+.
16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+.