-
1 Abami 17:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 Na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova Imana yawe+, nta gatsima k’umuzingi mfise+, atari agafu kari ku rushi+ kari mu mubindi munini n’utuvuta dukeyi+ mu gakarabo; kandi ehe ndiko ntoragura udukwi dukeyi, mpeze ngende maze ngire ico nteguye ku bwanje no ku bw’umuhungu wanje, turye hanyuma dupfe+.”
-