Matayo 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+. Matayo 15:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Bose bararya barahaga, begeranya utumanyu twasigaye, haboneka ibisimbo vy’ibifungurwa indwi vyuzuye+.
19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+.
37 Bose bararya barahaga, begeranya utumanyu twasigaye, haboneka ibisimbo vy’ibifungurwa indwi vyuzuye+.