2 Abami 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.” 2 Abami 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Gehazi+ umusuku wa Elisha umuntu w’Imana y’ukuri+ avuga ati: “Ehe databuja yaretse Namani+ uwu Musiriya mu kutemera kwakira ivyo yazanye. Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ngira niruke inyuma yiwe, ngire ico ndamukuyeko+.” 2 Abami 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Imibembe+ ya Namani izomata rero kuri wewe no ku ruvyaro rwawe, gushika igihe kitagira urugero*+.” Gehazi aca arasohoka ava imbere yiwe, ari umunyamibembe yera derere*+. 2 Abami 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi umwami yariko aravugana na Gehazi+ umusuku wa wa muntu w’Imana y’ukuri, ati: “Ndakwinginze unyiganire ibintu vyose bihambaye Elisha yakoze+.”
29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.”
20 Maze Gehazi+ umusuku wa Elisha umuntu w’Imana y’ukuri+ avuga ati: “Ehe databuja yaretse Namani+ uwu Musiriya mu kutemera kwakira ivyo yazanye. Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ngira niruke inyuma yiwe, ngire ico ndamukuyeko+.”
27 Imibembe+ ya Namani izomata rero kuri wewe no ku ruvyaro rwawe, gushika igihe kitagira urugero*+.” Gehazi aca arasohoka ava imbere yiwe, ari umunyamibembe yera derere*+.
4 Kandi umwami yariko aravugana na Gehazi+ umusuku wa wa muntu w’Imana y’ukuri, ati: “Ndakwinginze unyiganire ibintu vyose bihambaye Elisha yakoze+.”