Ivyakozwe 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ku buryo n’impuzu n’amatabuliya vyatwarwa bivuye ku mubiri wiwe bikajanwa ku barwayi+, kandi indwara zarabavamwo, n’impwemu mbi zigasohoka+.
12 ku buryo n’impuzu n’amatabuliya vyatwarwa bivuye ku mubiri wiwe bikajanwa ku barwayi+, kandi indwara zarabavamwo, n’impwemu mbi zigasohoka+.