Kuvayo 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze aririra Yehova+. Nuko Yehova amwereka igiti, na we agiterera mu mazi, nya mazi aca araryoha+. Aho hantu Imana ibashingira ingingo nyobozi be n’ishingiro ry’urubanza, kandi irabageza+. 2 Abami 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze arasohoka aja kw’isôko ry’amazi hanyuma aritereramwo uwo munyu+ araheza avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aya mazi ndayagize meza+. Ntazosubira guteza urupfu canke gutuma inda zikoroka.’”
25 Maze aririra Yehova+. Nuko Yehova amwereka igiti, na we agiterera mu mazi, nya mazi aca araryoha+. Aho hantu Imana ibashingira ingingo nyobozi be n’ishingiro ry’urubanza, kandi irabageza+.
21 Maze arasohoka aja kw’isôko ry’amazi hanyuma aritereramwo uwo munyu+ araheza avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aya mazi ndayagize meza+. Ntazosubira guteza urupfu canke gutuma inda zikoroka.’”