1 Samweli 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko aca mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, hanyuma aca mu gihugu ca Shalisha+, mugabo ntibazitora. Maze baca mu gihugu ca Shayalimu, ariko si ho zari. Hanyuma aca mu gihugu c’Ababenyamini, mugabo ntibazitora.
4 Nuko aca mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, hanyuma aca mu gihugu ca Shalisha+, mugabo ntibazitora. Maze baca mu gihugu ca Shayalimu, ariko si ho zari. Hanyuma aca mu gihugu c’Ababenyamini, mugabo ntibazitora.