Yesaya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko wahevye abantu bawe, inzu ya Yakobo+. Kuko basigaye buzuye ibiva mu Buseruko+, bakaba ari abanyamageza+ nk’Abafilisitiya, kandi bagwije abana b’abanyamahanga+.
6 Kuko wahevye abantu bawe, inzu ya Yakobo+. Kuko basigaye buzuye ibiva mu Buseruko+, bakaba ari abanyamageza+ nk’Abafilisitiya, kandi bagwije abana b’abanyamahanga+.