Kuvayo 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Isirayeli ngo babibone, batangura kubwirana bati: “Ibi ni ibiki?” Kuko batari bazi ivyo ari vyo. Musa aca ababwira ati: “Ni umukate Yehova abahaye ngo mufungure+. Guharura 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo manu+ yari imeze nk’akabuto k’agati kitwa gadi+, kandi uko yasa, yasa nka budeliyo*+. Yosuwa 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko manu* ireka kuboneka ku musi ukurikira, igihe bari bariye ku mwimbu w’ico gihugu; manu ntiyasubira kuboneka ku bwa bene Isirayeli+, maze batangura kurya ku mwimbu w’igihugu ca Kanani muri uwo mwaka+.
15 Bene Isirayeli ngo babibone, batangura kubwirana bati: “Ibi ni ibiki?” Kuko batari bazi ivyo ari vyo. Musa aca ababwira ati: “Ni umukate Yehova abahaye ngo mufungure+.
12 Nuko manu* ireka kuboneka ku musi ukurikira, igihe bari bariye ku mwimbu w’ico gihugu; manu ntiyasubira kuboneka ku bwa bene Isirayeli+, maze batangura kurya ku mwimbu w’igihugu ca Kanani muri uwo mwaka+.