Abalewi 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya gihugu kizotanga koko umwimbu waco+, kandi ntimuzobura kurya mugahaga, mwibere muri co mu mutekano+. Gusubira mu vyagezwe 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Niwamara kurya ugahaga+, uze uhezagire+ rero Yehova Imana yawe ku bwa nya gihugu ciza yaguhaye+. Hoseya 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nk’uko uburagiriro bwabo bwari buri, ni ko bahaze+. Barahaze maze umutima wabo utangura kwishira hejuru+. Ni co catumye banyibagira+.
19 Nya gihugu kizotanga koko umwimbu waco+, kandi ntimuzobura kurya mugahaga, mwibere muri co mu mutekano+.
6 Nk’uko uburagiriro bwabo bwari buri, ni ko bahaze+. Barahaze maze umutima wabo utangura kwishira hejuru+. Ni co catumye banyibagira+.