2 Abami 19:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko muri iryo joro umumarayika wa Yehova arasohoka maze asasika ingabo ibihumbi ijana na mirongo umunani na bitanu mw’ikambi+ y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo, erega, basanga bose bapfuye, ari imivyimba+. Daniyeli 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Imana yanje+ yarungitse umumarayika wayo+, yugara iminwa y’izi ntambwe+, kandi ntizangiriye nabi, kuko imbere yayo nabonetse ko ndi intungane+; kandi n’imbere yawe mwami, nta kibi nakoze+.”
35 Nuko muri iryo joro umumarayika wa Yehova arasohoka maze asasika ingabo ibihumbi ijana na mirongo umunani na bitanu mw’ikambi+ y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo, erega, basanga bose bapfuye, ari imivyimba+.
22 Imana yanje+ yarungitse umumarayika wayo+, yugara iminwa y’izi ntambwe+, kandi ntizangiriye nabi, kuko imbere yayo nabonetse ko ndi intungane+; kandi n’imbere yawe mwami, nta kibi nakoze+.”