ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 114:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Imisozi ubwayo yarikinye amatavu nk’impfizi z’intama+,

      Imirambi na yo nk’imyagazi y’intama.

  • Zaburi 114:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Kubera Umukama, nugire ububabare bukaze, wa si we+,

      Kubera Imana ya Yakobo,

  • Abaheburayo 12:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ico gihe ijwi ryiwe ryaranyiganyije isi+, mugabo ubu yarasezeranye, ati: “Rindi rimwe, sinzocekangura isi gusa, mugabo nzocekangura n’ijuru+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika