Gusubira mu vyagezwe 33:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+. Yesaya 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+.
26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+.
19 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+.