Itanguriro 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Imana yongera kuvuga iti: “Ehe ndabahaye ibimera vyose vyama imbuto biri ku buringanire bw’isi yose, n’igiti cose kiriko ivyamwa vy’igiti cama imbuto+. Nibibabere ibifungurwa+. Itanguriro 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi buzokumerera amahwa n’ibitovu+, kandi uzorya ibimera vyo mw’itongo. Itanguriro 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Igikoko kigendagenda cose kizima kirashobora kubabera ibifungurwa+. Ndabibahaye vyose+ nk’uko nabahaye ibimera bitoto. Yobu 38:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kugira ahāze ahantu hakubiswe n’ikirura kandi h’umusakaNo kugira ngo ameze urumerera rw’ivyatsi+? Abaheburayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nk’akarorero, ubutaka bunyoye imvura ibugwako kenshi bugaheza bukazana ibimera bigirira akamaro barya nyene baburimirwa+, na bwo buraheza bukaronka umuhezagiro uva ku Mana.
29 Imana yongera kuvuga iti: “Ehe ndabahaye ibimera vyose vyama imbuto biri ku buringanire bw’isi yose, n’igiti cose kiriko ivyamwa vy’igiti cama imbuto+. Nibibabere ibifungurwa+.
3 Igikoko kigendagenda cose kizima kirashobora kubabera ibifungurwa+. Ndabibahaye vyose+ nk’uko nabahaye ibimera bitoto.
7 Nk’akarorero, ubutaka bunyoye imvura ibugwako kenshi bugaheza bukazana ibimera bigirira akamaro barya nyene baburimirwa+, na bwo buraheza bukaronka umuhezagiro uva ku Mana.