Abacamanza 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nya muzabibu na wo ubibwira uti: ‘Mpebe umuvinyu wanje mushasha unezereza Imana n’abantu+, nje kuzungazunga hejuru y’ibiti?’ 2 Samweli 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Abusalomu ategeka abasuku biwe ati: “Ndabinginze mwitwararike iki kintu: umutima wa Amunoni ukimara kuryoherwa n’umuvinyu+, nanje nkababwira koko nti: ‘Nimugarike Amunoni!’, muce mumwica. Ntimutinye+. None si jewe ndabategetse? Mukomere kandi mube abagabo b’intwari.” Esiteri 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ku musi ugira indwi, umutima w’umwami umaze kuryoherwa n’umuvinyu+, abwira Mehumani na Bizitana na Harubona+ na Bigita na Abagita na Zetari na Karikasi, abakozi indwi bo ku kirimba bakorera+ Umwami Ahasuwerusi, Imigani 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nimuhe inzoga iboreza uwuri mu guhwera+, n’umuvinyu ab’umutima udundumiwe+. Umusiguzi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nagenzuye ibintu nkoresheje umutima wanje mu kunezeresha umubiri wanje umuvinyu+, ariko nyobora umutima wanje nkoresheje ubukerebutsi+, kugira ngo ncakire ubupfu gushika mbonye iciza cari kihari ku bana b’abantu mu vyo bakoze munsi y’amajuru mu misi yose y’ubuzima bwabo+. Umusiguzi 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Genda, wirire ibifungurwa vyawe n’umunezero, winywere umuvinyu wawe n’umutima mwiza+, kuko Imana y’ukuri imaze guhimbarwa n’ibikorwa vyawe+. Umusiguzi 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umukate ni uw’agatwengo k’abakozi, kandi umuvinyu uranezereza ubuzima+; mugabo amahera ni yo atorera inyishu vyose+.
13 Nya muzabibu na wo ubibwira uti: ‘Mpebe umuvinyu wanje mushasha unezereza Imana n’abantu+, nje kuzungazunga hejuru y’ibiti?’
28 Maze Abusalomu ategeka abasuku biwe ati: “Ndabinginze mwitwararike iki kintu: umutima wa Amunoni ukimara kuryoherwa n’umuvinyu+, nanje nkababwira koko nti: ‘Nimugarike Amunoni!’, muce mumwica. Ntimutinye+. None si jewe ndabategetse? Mukomere kandi mube abagabo b’intwari.”
10 Ku musi ugira indwi, umutima w’umwami umaze kuryoherwa n’umuvinyu+, abwira Mehumani na Bizitana na Harubona+ na Bigita na Abagita na Zetari na Karikasi, abakozi indwi bo ku kirimba bakorera+ Umwami Ahasuwerusi,
3 Nagenzuye ibintu nkoresheje umutima wanje mu kunezeresha umubiri wanje umuvinyu+, ariko nyobora umutima wanje nkoresheje ubukerebutsi+, kugira ngo ncakire ubupfu gushika mbonye iciza cari kihari ku bana b’abantu mu vyo bakoze munsi y’amajuru mu misi yose y’ubuzima bwabo+.
7 Genda, wirire ibifungurwa vyawe n’umunezero, winywere umuvinyu wawe n’umutima mwiza+, kuko Imana y’ukuri imaze guhimbarwa n’ibikorwa vyawe+.
19 Umukate ni uw’agatwengo k’abakozi, kandi umuvinyu uranezereza ubuzima+; mugabo amahera ni yo atorera inyishu vyose+.