2 Samweli 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bimera rero nk’umuco w’igitondo, igihe izuba rirashe+,Igitondo kitagira ibicu.Bivuye ku kwakaka, bivuye ku mvura, ivyatsi birasokoroka bikava mw’isi+.’ Nahumu 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abarinzi bawe bameze nk’uruzige, abinjiza ingabo bawe na bo bakamera nk’irumbu ry’inzige. Ku musi haba hakanye zikambika mu ngo z’amabuye. Izuba ripfa guseruka zigaca zihunga; kandi ahantu hazo, aho ziba ziri, mu vy’ukuri nta wuhamenya+.
4 Bimera rero nk’umuco w’igitondo, igihe izuba rirashe+,Igitondo kitagira ibicu.Bivuye ku kwakaka, bivuye ku mvura, ivyatsi birasokoroka bikava mw’isi+.’
17 Abarinzi bawe bameze nk’uruzige, abinjiza ingabo bawe na bo bakamera nk’irumbu ry’inzige. Ku musi haba hakanye zikambika mu ngo z’amabuye. Izuba ripfa guseruka zigaca zihunga; kandi ahantu hazo, aho ziba ziri, mu vy’ukuri nta wuhamenya+.