Itanguriro 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mu nyuma Izahaki atangura kubiba imbuto muri ico gihugu+, muri uwo mwaka aronka ingero ijana ku ngero imwimwe+, kuko Yehova yamuhezagira+. Ivyakozwe 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.”
12 Mu nyuma Izahaki atangura kubiba imbuto muri ico gihugu+, muri uwo mwaka aronka ingero ijana ku ngero imwimwe+, kuko Yehova yamuhezagira+.
17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.”