Zaburi 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko wewe ga Yehova, uri inkinzo inkikuje+,Ubuninahazwa bwanje+, n’Uwunduza umutwe+. Zaburi 37:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi Yehova azobatabara, abarokore+.Azobarokora abakure mu vyara vy’ababisha, abakize+,Kuko bahungiye muri we+. Zaburi 40:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Yehova ubwiwe aranyitaho+.Uri umufasha wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Mana yanje, ntutebe birenze+. Zaburi 70:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Ewe Mana, gira ico ukoze ningoga ku bwanje+.Ni wewe mutabazi wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Yehova, ntutebe birenze+. Zaburi 144:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni we buntu bwuzuye urukundo bwanje n’igihome canje gikomeye+,Ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi akaba n’uwunkiza+,Inkinzo yanje+ akaba n’uwo nahungiyemwo+,Umwe amara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+.
40 Kandi Yehova azobatabara, abarokore+.Azobarokora abakure mu vyara vy’ababisha, abakize+,Kuko bahungiye muri we+.
17 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Yehova ubwiwe aranyitaho+.Uri umufasha wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Mana yanje, ntutebe birenze+.
5 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Ewe Mana, gira ico ukoze ningoga ku bwanje+.Ni wewe mutabazi wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Yehova, ntutebe birenze+.
2 Ni we buntu bwuzuye urukundo bwanje n’igihome canje gikomeye+,Ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi akaba n’uwunkiza+,Inkinzo yanje+ akaba n’uwo nahungiyemwo+,Umwe amara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+.