ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Inyuma y’ivyo bintu, ijambo rya Yehova riza kuri Aburamu mw’iyerekwa+, rivuga riti: “Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo kuri wewe+. Impembo yawe izoba nini cane+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 32:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,

      Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.

      Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;

      Ni we agororotse kandi atunganye+.

  • 2 Samweli 22:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Imana yanje ni yo gitandara+ canje. Nzohungira muri yo,

      Ni yo nkinzo+ yanje n’ihembe+ ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+,

      Ahantu hanje ho guhungira+, Umukiza+ wanje; urankiza ukankura mu bukazi+.

  • Imigani 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi abagororotse azobabikira muri ntibate ubukerebutsi ngirakamaro+; ni inkinzo ku bagendera mu gutungana*+,

  • Luka 1:69
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 69 Kandi yaduhagurukirije ihembe+ ry’ubukiriro mu nzu ya Dawidi umusavyi wiwe,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika