Abacamanza 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova, igihe wava i Seyiri+,Igihe wagenda uvuye mu karere ka Edomu+,Isi yātigise+, amajuru na yo aratonyanga+,Ibicu na vyo nyene bitonyanga amazi. Ezekiyeli 38:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi mw’ishaka ryanje+, mu muriro w’uburake bwanje, nzobwirizwa kuvuga+. Ni ukuri, uwo musi hazoba ukunyiganyiga gukomeye mu butaka bwa Isirayeli+. Hagayi 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Rindi rimwe, mu kanya gato+, ngira ntigitishe amajuru n’isi n’ikiyaga n’ubutaka bwumutse+.’
4 Yehova, igihe wava i Seyiri+,Igihe wagenda uvuye mu karere ka Edomu+,Isi yātigise+, amajuru na yo aratonyanga+,Ibicu na vyo nyene bitonyanga amazi.
19 Kandi mw’ishaka ryanje+, mu muriro w’uburake bwanje, nzobwirizwa kuvuga+. Ni ukuri, uwo musi hazoba ukunyiganyiga gukomeye mu butaka bwa Isirayeli+.
6 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Rindi rimwe, mu kanya gato+, ngira ntigitishe amajuru n’isi n’ikiyaga n’ubutaka bwumutse+.’