2 Samweli 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko itangura guheta amajuru, iramanuka+;Umuzimagiza w’umuzitanya wari munsi y’ibirenge vyayo+. Zaburi 144:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ewe Yehova, nuhete amajuru yawe, umanuke+;Nukore ku misozi, ifumbe umwotsi+. Yesaya 64:1 Bibiliya y’isi nshasha 64 Yoo! ese iyo uba waratantamuye amajuru, ukamanuka+, imisozi ikanyiganyiga kubera wewe+,