Yobu 42:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’Erega naravuze, ariko ntategeraIbintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+. Zaburi 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+. Zaburi 131:1 Bibiliya y’isi nshasha 131 Ewe Yehova, umutima wanje ntiwagize ubwibone+,Canke ngo amaso yanje yishire hejuru+;Nta n’ubwo nagendeye mu bintu bihambaye kurenza+,Canke mu bintu vy’agatangaza bindengeye+. Abaroma 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!
3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’Erega naravuze, ariko ntategeraIbintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+.
5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+.
131 Ewe Yehova, umutima wanje ntiwagize ubwibone+,Canke ngo amaso yanje yishire hejuru+;Nta n’ubwo nagendeye mu bintu bihambaye kurenza+,Canke mu bintu vy’agatangaza bindengeye+.
33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!