Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. 2 Samweli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+, Zaburi 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+. Zaburi 95:1 Bibiliya y’isi nshasha 95 Yoo! nimuze twihe akamo k’umunezero tukerekeza kuri Yehova+!Twihe akaruru k’intsinzi tukerekeza ku Gitandara cacu c’ubukiriro+.
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+,
2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+.
95 Yoo! nimuze twihe akamo k’umunezero tukerekeza kuri Yehova+!Twihe akaruru k’intsinzi tukerekeza ku Gitandara cacu c’ubukiriro+.