ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mwananje, ntibije kure y’amaso yawe+. Zigama ubukerebutsi ngirakamaro n’ubushobozi bwo kwiyumvira+,

  • Imigani 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ndafise impanuro+ n’ubukerebutsi ngirakamaro+. Jewe ndafise ugutegera+; ndafise ubushobozi+.

  • Luka 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Vyongeye, azomuja imbere afise impwemu n’ububasha vya Eliya+ kugira agarukane imitima+ ya ba se ku bana, n’ibigaba abigarukane ku bukerebutsi ngirakamaro bw’abagororotsi, kugira atunganirize Yehova+ igisata giteguye+.”

  • Luka 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi shebuja yarakeje nya mubwiriza, naho atari agororotse, kubera yakoranye ubukerebutsi ngirakamaro+; kuko abana b’iki gihe* ari inkerebutsi mu buryo ngirakamaro kw’iyaruka ryabo bwite kuruta abana b’umuco+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika