-
2 Abami 3:25Bibiliya y’isi nshasha
-
-
25 Ibisagara barabisenyurira hasi+, igice c’itongo cose ciza na co bakakijugunyiramwo umwe wese ibuye ryiwe, bakacuzuza vy’ukuri; kandi imbizi yose y’amazi barayizibira+, igiti ciza cose na co bagatembagaza+, gushika aho muri co basigaza gusa amabuye ya Kiri-hareseti+; maze abateza amabuye umugozi batangura kuhazunguruka no kuhasasika.
-