Umusiguzi 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko Imana y’ukuri ubwayo izoshira mu rubanza igikorwa c’ubwoko bwose, mu bijanye n’ikintu cose canyegejwe, ngo biboneke ko ari ciza canke kibi+. Matayo 25:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Maze amahanga yose azokoranirizwa imbere yiwe+; na we azotandukanya+ abantu n’abandi+, nka kurya umwungere atandukanya intama n’impene. Yohani 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+. Ivyakozwe 17:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.” Abaroma 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+: 2 Abakorinto 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko twese dutegerezwa kugaragarizwa imbere y’intebe y’imanza ya Kristu+, ngo umwe wese aronke ivyo akwiriye ku bw’ibintu yakoreye mu mubiri, nk’uko ivyo yagiye arakora biri, vyaba vyiza canke ivy’agahomerabunwa+.
14 Kuko Imana y’ukuri ubwayo izoshira mu rubanza igikorwa c’ubwoko bwose, mu bijanye n’ikintu cose canyegejwe, ngo biboneke ko ari ciza canke kibi+.
32 Maze amahanga yose azokoranirizwa imbere yiwe+; na we azotandukanya+ abantu n’abandi+, nka kurya umwungere atandukanya intama n’impene.
29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+.
31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”
10 Kuko twese dutegerezwa kugaragarizwa imbere y’intebe y’imanza ya Kristu+, ngo umwe wese aronke ivyo akwiriye ku bw’ibintu yakoreye mu mubiri, nk’uko ivyo yagiye arakora biri, vyaba vyiza canke ivy’agahomerabunwa+.