15 “Aho kuba uwahebwe buhere be n’uwanswe, aho ata n’umwe arengana+, nzokugira koko ikintu co kwishimira gushika igihe kitagira urugero, nkugire umwigino uko iyaruka rikurikira irindi+.
11Ndabaza rero nti: Mbega Imana yarataye abantu bayo+? Ntibikabe! Kuko na jewe ndi Umwisirayeli+, wo mu ruvyaro rwa Aburahamu, wo mu muryango wa Benyamini+.