1 Abami 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 ehe ngira nzane ivyago kuri wewe+; nzokubura koko inyuma yawe noganze+ nongere ndandure kwa Ahabu umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli. 2 Abami 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Vyongeye, Yehu asasika abari basigaye bose mu nzu ya Ahabu i Yezireyeli, n’abagabo b’abanyacubahiro biwe bose+, n’abari bazinanyi na we, n’abaherezi biwe+, gushika aho ata n’umwe amusigariza+. Yeremiya 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nimwandike uyu mugabo nk’uwutagira abana+, nk’umuntu w’umugabo atazororanirwa mu misi yiwe; kuko mu ruvyaro rwiwe ata n’umwe azororanirwa+, ngo yicare ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ ngo yongere kuganza muri Yuda.’”
21 ehe ngira nzane ivyago kuri wewe+; nzokubura koko inyuma yawe noganze+ nongere ndandure kwa Ahabu umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli.
11 Vyongeye, Yehu asasika abari basigaye bose mu nzu ya Ahabu i Yezireyeli, n’abagabo b’abanyacubahiro biwe bose+, n’abari bazinanyi na we, n’abaherezi biwe+, gushika aho ata n’umwe amusigariza+.
30 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nimwandike uyu mugabo nk’uwutagira abana+, nk’umuntu w’umugabo atazororanirwa mu misi yiwe; kuko mu ruvyaro rwiwe ata n’umwe azororanirwa+, ngo yicare ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ ngo yongere kuganza muri Yuda.’”