ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 60:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko amazinga azoguma anyizigiye+, n’imeri z’i Tarushishi+ nyene nko mu ntango, kugira ngo abana bawe bazanwe bakuwe kure+, ifeza zabo n’inzahabu zabo biri kumwe na bo+, baze bagana izina+ rya Yehova Imana yawe, bagana n’Umweranda wa Isirayeli+, kuko azoba yagusharije+.

  • Abaroma 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku bw’ivyo rero ndabinginga, bene wacu, ku bw’impuhwe z’Imana, ngo mushikirize imibiri+ yanyu nk’ikimazi+ kizima+, ceranda+, cemerwa ku Mana+, igikorwa ceranda+ kijana n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira+.

  • 1 Petero 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika