Yesaya 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+. Zakariya 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Subira usemerere uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ibisagara vyanje bizokwongera gusesekara ivyiza+; kandi Yehova azokwongera koko kwicuza ku bijanye na Siyoni+, yongere vy’ukuri gutoranya Yeruzalemu+.”’” Ivyahishuwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo.
9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+.
17 “Subira usemerere uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ibisagara vyanje bizokwongera gusesekara ivyiza+; kandi Yehova azokwongera koko kwicuza ku bijanye na Siyoni+, yongere vy’ukuri gutoranya Yeruzalemu+.”’”
14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo.