Nehemiya 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma ziwe Palali mwene Uzayi akora igikorwa co gusanasana imbere y’Urwego n’umunara wometse ku Nzu y’Umwami+, uwo haruguru wegukira Ikigo c’Abarinzi+. Mu nyuma ziwe hari Pedaya mwene Paroshi+. Yeremiya 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ico gihe inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni zari zisugereje Yeruzalemu+; nayo Yeremiya umuhanuzi, yari apfungiwe mu Kigo c’Abarinzi+ kiri mu nzu y’umwami wa Yuda; Yeremiya 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya ubugira kabiri, igihe yari acugaraniwe mu Kigo c’Abarinzi+, riti: Yeremiya 38:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amaherezo bakwegesha Yeremiya nya migozi, baramuduza bamukuye muri nya tangi. Nuko Yeremiya abandanya kuba mu Kigo c’Abarinzi+. Yeremiya 38:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yeremiya abandanya kuba mu Kigo c’Abarinzi+ gushika umusi Yeruzalemu yafatwa+. Vyabaye igihe Yeruzalemu yafatwa+.
25 Mu nyuma ziwe Palali mwene Uzayi akora igikorwa co gusanasana imbere y’Urwego n’umunara wometse ku Nzu y’Umwami+, uwo haruguru wegukira Ikigo c’Abarinzi+. Mu nyuma ziwe hari Pedaya mwene Paroshi+.
2 Ico gihe inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni zari zisugereje Yeruzalemu+; nayo Yeremiya umuhanuzi, yari apfungiwe mu Kigo c’Abarinzi+ kiri mu nzu y’umwami wa Yuda;
33 Ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya ubugira kabiri, igihe yari acugaraniwe mu Kigo c’Abarinzi+, riti:
13 Amaherezo bakwegesha Yeremiya nya migozi, baramuduza bamukuye muri nya tangi. Nuko Yeremiya abandanya kuba mu Kigo c’Abarinzi+.
28 Maze Yeremiya abandanya kuba mu Kigo c’Abarinzi+ gushika umusi Yeruzalemu yafatwa+. Vyabaye igihe Yeruzalemu yafatwa+.