Ezekiyeli 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko wakubise amashi ku yandi+, ukadida ibirenge, ukaguma unezerwa n’akagaye kose mu mutima wawe, uhema ubutaka bwa Isirayeli+, Ivyahishuwe 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi ababa kw’isi barabinezererwa+ bakaryoherwa, kandi bazorungikiranira ingemu+, kuko abo bahanuzi babiri bababaje ababa kw’isi.
6 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko wakubise amashi ku yandi+, ukadida ibirenge, ukaguma unezerwa n’akagaye kose mu mutima wawe, uhema ubutaka bwa Isirayeli+,
10 Kandi ababa kw’isi barabinezererwa+ bakaryoherwa, kandi bazorungikiranira ingemu+, kuko abo bahanuzi babiri bababaje ababa kw’isi.