-
Ezira 3:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Mu mwaka ugira kabiri bashitse ku nzu y’Imana y’ukuri i Yeruzalemu, mu kwezi kugira kabiri+, Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli+ na Yeshuwa+ mwene Yehozadaki na bene wabo basigaye, abaherezi n’Abalewi, n’abari baravuye mu bunyagano+ bose bakaja i Yeruzalemu, batangura igikorwa; bashiraho rero Abalewi+ kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga, kugira babe abahagarikizi b’igikorwa c’inzu ya Yehova+.
-