Zaburi 82:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimukize umuntu mutoyi be n’umworo+;Nimubarokore mu kuboko kw’ababisha+.” Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+. Yohani 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Singusaba ngo ubakure mw’isi, ahubwo ngo ubarinde kubera wa mubisha+. 1 Yohani 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Turazi ko dukomoka ku Mana+, mugabo isi yose iri mu bubasha bwa wa mubisha+.
10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+.